Dr Claude - UTUNTU (Official Music Video)
[00:07.07] Alain mushaka lusa
[00:08.79] Dr claude once again
[00:10.51] Kuva njampura nawe sindabona umuntu ameze nkawe...
[00:15.48] Umuntu ampa utuntu utuntu utuntu utuntu utuntu
[00:20.39] Umuntu ampa utuntu utuntu utuntu utuntu utuntu
[00:26.41] Kuva njampura nawe sindabona umuntu ameze nkawe...
[00:30.20] Umuntu ampa utuntu utuntu utuntu utuntu utuntu
[00:35.13] Umuntu ampa utuntu utuntu utuntu utuntu utuntu
[00:40.86] Mukobwa mwiza atagiraaa atagira maquillage,
[00:45.37] Ariko nkasanga mugitondo asa n'inyenyeri
[00:51.64] Afise utuntu dusayangana, utwo tuntu tukandigandigaa
[01:01.69] Afise utuntu dusayangana, utwo tuntu tukandigandigaa
[01:12.19] Kuva njampura nawe sindabona umuntu ameze nkawe
[01:16.63] Umuntu ampa utuntu utuntu utuntu utuntu utuntu
[01:21.62] Umuntu ampa utuntu utuntu utuntu utuntu utuntu
[01:26.61] Kuva njampura nawe sindabona umuntu ameze nkawe
[01:31.65] Umuntu ampa utuntu utuntu utuntu utuntu utuntu
[01:36.39] Umuntu ampa utuntu utuntu utuntu utuntu utuntu
[01:42.14] Ico ndamukundira anzanira udu cadeaux, udu cadeaux dutandukanye...
[01:49.92] Harimo udu cadeaux twa aaa aniversaire nanje nkaryoherwa...
[01:57.63] Utwo tuntu uuu
[02:01.13] Uzumbabarire uzoze unzaniye utwo tuntu umpa
[02:05.41] Utwo tuntu umpa utwo tuntu umpaaa
[02:10.44] Uzumbabarire uzoze unzaniye utwo tuntu umpa
[02:15.14] Utwo tuntu umpa utwo tuntu umpaaa
[02:20.41] Kuva njampura nawe sindabona umuntu ameze nkawe
[02:25.18] Umuntu ampa utuntu utuntu utuntu utuntu utuntu
[02:30.43] Umuntu ampa utuntu utuntu utuntu utuntu utuntu
[02:35.65] Kuva njampura nawe sindabona umuntu ameze nkawe
[02:40.64] Umuntu ampa utuntu utuntu utuntu utuntu utuntu
[02:45.04] Umuntu ampa utuntu utuntu utuntu utuntu utuntu
[02:52.07] Afise utuntu dusayangana, utwo tuntu tukandigandigaa
[03:02.31] Uze umbabarire uzoze unzaniye utwo tuntu umpa
[03:06.83] Tuntu umpa utwo tuntu umpa utwo tuntu umpaaa
[03:12.25] Uze umbabarire uzoze unzaniye utwo tuntu umpa
[03:16.51] Tuntu umpa utwo tuntu umpa utwo tuntu umpaaa
[03:22.03] Kuva njampura nawe sindabona umuntu ameze nkawe
[03:27.32] Umuntu ampa utuntu utuntu utuntu utuntu utuntu
[03:31.19] Umuntu ampa utuntu utuntu utuntu utuntu utuntu
[03:36.45] Kuva njampura nawe sindabona umuntu ameze nkawe
[03:41.16] Umuntu ampa utuntu utuntu utuntu utuntu utuntu
[03:46.18] Umuntu ampa utuntu utuntu utuntu utuntu utuntu
[03:53.65] Alain mushaka lusa
[03:55.15] Papa na happiness
[04:00.72] Yeaah pervice ese lembola
[04:06.73] Vrai américain
