UMP'AKANYA
[00:01.14] UMP'AKANYA YESU
[00:16.55] Ump' akanya, Yesu, nze nkwegere,
[00:22.39] Kuko naniriwe mur' iyi si.
[00:28.50] Ndetse no mu gihe cy' i ntambara,
[00:34.34] Na bgo Mwami, ujy' ump' amahoro.
[00:40.46] Ump' akanya, Yesu, nze nkwegere,
[00:46.58] Kuk' umwijim' ukabije mw isi.
[00:52.42] Icyo nkeneye n' ukukwegera
[00:58.54] Kugira ngo numv' ijambo ryawe.
[01:04.64] Ump' akanya, Yesu, nze nkwegere,
[01:10.75] Kuk' umwijim' ukabije mw isi.
[01:16.60] Icyo nkeneye n' ukukwegera
[01:22.44] Kugira ngo numv' ijambo ryawe.
[01:40.50] Ump' akanya, Yesu, nze nkwegere
[01:46.61] Mu bingerageza n' amakuba.
[01:52.98] Ni wowe buhungiro nizeye
[01:58.58] Mu gihe cy' akaga mur' iyi si.
[02:04.69] Ump' akanya, Yesu, nze nkwegere,
[02:10.53] Kuk' umwijim' ukabije mw isi.
[02:16.64] Icyo nkeneye n' ukukwegera
[02:22.49] Kugira ngo numv' ijambo ryawe.
[02:28.60] Ump' akanya, Yesu, nze nkwegere,
[02:34.70] Kuk' umwijim' ukabije mw isi.
[02:40.55] Icyo nkeneye n' ukukwegera
[02:46.66] Kugira ngo numv' ijambo ryawe.
[03:04.45] Ump' akanya, Yesu, nze nkwegere
[03:10.56] Kuko wanyikorerey' ibyaha.
[03:16.41] Ndumva nshaka kukubwira byose
[03:22.52] Kuko, Mwami, nizeye k' unyumva.
[03:28.64] Ump' akanya, Yesu, nze nkwegere,
[03:34.49] Kuk' umwijim' ukabije mw isi.
[03:40.60] Icyo nkeneye n' ukukwegera
[03:46.44] Kugira ngo numv' ijambo ryawe.
[03:52.83] Ump' akanya, Yesu, nze nkwegere,
[03:58.68] Kuk' umwijim' ukabije mw isi.
[04:04.52] Icyo nkeneye n' ukukwegera
[04:10.64] Kugira ngo numv' ijambo ryawe.
[04:16.49] Icyo nkeneye n' ukukwegera
[04:22.60] Kugira ngo numv' ijambo ryawe.
