Lrc Player

Ndi Amahoro 125G by Papi Clever

Unknown artist
[03:23.36]·Synced by Guest·
This lyric sheet isn't paired with a song yet, so lines are shown but won't sync or seek.

[00:00.61] ND'AMAHORO

[00:08.58] Ubw' Umwami Yes' ankunda,

[00:12.57] Nd' amahoro!

[00:16.29] Kubg' imbabazi ze nyinshi,

[00:20.27] Nd' amahoro!

[00:23.99] Nuhagiwe n' amaraso;

[00:27.97] Nkomezwa n' ubuntu bginshi;

[00:31.97] Kand' amfashe n' ukuboko:

[00:35.69] Nd' amahoro!

[00:39.69] Nuhagiwe n' amaraso;

[00:43.68] Nkomezwa n' ubuntu bginshi;

[00:47.40] Kand' amfashe n' ukuboko:

[00:51.38] Nd' amahoro!

[01:02.81] Naho haz' ibyago byinshi,

[01:06.79] Nd' amahoro !

[01:10.51] Yesu n' Umukiza wanjye:

[01:14.49] Nd' amahoro!

[01:18.21] Niragij' Imana, Data;

[01:22.21] Nguma muri Yesu Kristo;

[01:26.19] Nejejwe n' Umwuka Wera:

[01:30.18] Nd' amahoro!

[01:33.90] Niragij' Imana, Data;

[01:37.62] Nguma muri Yesu Kristo;

[01:41.60] Nejejwe n' Umwuka Wera:

[01:45.32] Nd' amahoro!

[01:57.02] Byose bizambera byiza:

[02:01.00] Nd' amahoro!

[02:04.72] No mu byago, nzaririmba:

[02:08.71] Nd' amahoro !

[02:12.69] Naho ndiho, naho napfa,

[02:16.41] Nzi ko nkundwa n' Uwiteka;

[02:20.40] Yes' amp' ibyo nkena byose:

[02:24.12] Nd' amahoro !

[02:28.10] Naho ndiho, naho napfa,

[02:31.82] Nzi ko nkundwa n' Uwiteka;

[02:35.80] Yes' amp' ibyo nkena byose:

[02:39.78] Nd' amahoro !

[02:43.51] Naho ndiho, naho napfa,

[02:47.49] Nzi ko nkundwa n' Uwiteka;

[02:51.21] Yes' amp' ibyo nkena byose:

[02:54.93] Nd' amahoro !

[02:58.93] Naho ndiho, naho napfa,

[03:02.91] Nzi ko nkundwa n' Uwiteka;

[03:06.90] Yes' amp' ibyo nkena byose:

[03:10.61] Nd' amahoro !